Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Slovakiya

Pekna cesta 17

831 52 BRATISLAVA 34

SLOVAKIYA

+421 2-49107611

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Kuva isaha 2:00 gushika isaha 4:30 zo mu gitondo no kuva isaha 7:00 gushika isaha 9:30 zo ku muhingamo

Utemberezwa mw’isaha n’inusu

Ibintu nyamukuru bihakorerwa

Barahagarikira igikorwa c’Ivyabona vya Yehova barenga 26.500 bo muri République Tchèque no muri Slovakiya. Barahindura ibitabu bishingiye kuri Bibiliya mu giceke, mu rurimi rw’ibimenyetso rw’Abaceke, mu rurimi rwitwa Romany (ruvugwa mu buseruko bwa Slovakiya), mu gislovakiya no mu rurimi rw’ibimenyetso rw’Abanyaslovakiya.

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.