Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Serbiya

Tos̆in bunar 58-60

11080 Beograd (Zemun)

SERBIYA

+381 11-2196-224

+381 11-2197-109

+381 11-2615-930

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Kuva isaha 2:00 gushika isaha 5:00 zo mu gitondo no kuva isaha 7:00 gushika isaha 10:00 zo ku muhingamo

Utemberezwa mw’isaha 1

Ibintu nyamukuru bihakorerwa

Barahagarikira igikorwa c’Ivyabona vya Yehova bo muri Serbiya no muri Monténégro. Barahindura ibitabu bishingiye kuri Bibiliya mu giserbe no mu rurimi rw’ibimenyetso rw’Abanyaserbiya.

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.