Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Rumaniya

Orzari Street No. 29-31

Sector 2

RO-021552 BUCUREȘTI

RUMANIYA

+40 21-302-75-00

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Kuva isaha 2:00 gushika isaha 4:30 zo mu gitondo no kuva isaha 7:00 gushika isaha 9:30 zo ku muhingamo

Utemberezwa isaha n’inusu

Ibintu nyamukuru bihakorerwa

Barahagarikira igikorwa c’amashengero 548 y’Ivyabona vya Yehova bo muri Rumaniya. Baratunganya amahwaniro y’akarere n’amateraniro y’umuzunguruko. Barahindura ibitabu bishingiye kuri Bibiliya n’amavidewo mu kirumaniya, mu rurimi rw’ibimenyetso rw’aho no mu rurimi rwa romani. Baratunganya n’ivyo kwumviriza mu kirumaniya.

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.