Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Portigale

Rua Conde Barao, 511

P-2649-513 ALCABIDECHE

PORTIGALE

+351 214-690-600

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Kuva isaha 2:30 gushika isaha 5:30 zo mu gitondo no kuva isaha 7:30 gushika isaha 10:30 zo ku muhingamo

Utemberezwa mw’isaha 1

Ibintu nyamukuru bihakorerwa

Bararungika ibitabu mu mashengero arenga 700 yo muri Portigale, Açores, Madère, Cap-Vert na Sao Tomé-et-Principe. Baratunganya ivyo kwumviriza n’amavidewo mu giportigale c’Abanyaburaya no mu rurimi rw’ibimenyetso rw’Abanyaportigale.

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.