Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Polonye

Świadkowie Jehovy w Polce

ul. Warszawska 14

05-830 NADARZYN

POLONYE

+48 22-739-16-00

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Kuva isaha 2:00 gushika isaha 4:00 zo mu gitondo no kuva isaha 7:00 gushika isaha 9:00 zo ku muhingamo

Utemberezwa mu masaha 2

Ibintu nyamukuru bihakorerwa

Barahindura ibitabu bishingiye kuri Bibiliya mu gipolonye. Uwuhagendeye arerekwa ivya kahise k’igikorwa c’Ivyabona vya Yehova muri Polonye.

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.