Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Peru

Asociación de los Testigos de Jehová

Jirón El Cortijo 329

Monterrico Chico

LIMA 33

PERU

+51 1-708-​9000

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Kuva isaha 2:00 gushika isaha 5:00 zo mu gitondo no kuva isaha 7:00 gushika isaha 10:00 zo ku muhingamo

Utemberezwa mw’isaha 1

Ibintu nyamukuru bihakorerwa

Bahindura ibitabu bishingiye kuri Bibiliya mu rwitwa ashaninka, awajun, quechua (ancash), quechua (ayacucho), quechua (cuzco), Quechua (huallaga huánuco), quechua (huaylla wanca), mu rurimi rw’ibimenyetso rw’Abanyaperu, no mu rwitwa shipibo-conibo.

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.