Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Paraguay

San Roque González 234

Km. 17, Ruta 1

B° 25 de Mayo

2560 CAPIATA

PARAGUAY

+595-21-578-698

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Isaha 3:00 zo mu gitondo, isaha 4:30 zo mu gitondo, isaha 8:30 zo ku muhingamo n’isaha 10:00 zo ku muhingamo

Ikiringo bamara batembereza umuntu: Isaha imwe

Ibintu nyamukuru bihakorerwa

Barahagarikira igikorwa c’Ivyabona vya Yehova bo muri Paraguay. Barahindura ibitabu bishingiye kuri Bibiliya mu rurimi rw’ibimenyetso rw’Abanyaparagwe.

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.