Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Ostraliya

12-14 Zouch Road

DENHAM COURT NSW 2565

OSTRALIYA

+61 2-9829-5600

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Kuva isaha 2:30 gushika isaha 5:00 zo ku murango no kuva isaha 7:00 gushika isaha 10:00 zo ku muhingamo.Uko haciye iminuta 30 baratembereza abashitsi.

Utemberezwa mw’isaha imwe. Mu kindi kiringo c’isaha, urashobora gutemberera iratiro ry’ivya kahise ryerekana ingene igikorwa co kwamamaza inkuru nziza cagiye kiratera imbere muri Ostraliya. Iryo ratiro ryama ryuguruye kuva isaha 2:00 zo mu gitondo gushika isaha 11:00 zo ku muhingamo.

Ibintu nyamukuru bihakorerwa

Barahagarikira igikorwa co kwigisha c’Ivyabona vya Yehova muri Samoa américaines, muri Ostraliya, mu mazinga ya Cook, muri Nouvelle-Zélande, muri Niue, mw’izinga rya Norfolk, muri Samoa, muri Timor-Leste, hamwe no muri Tonga. Barahagarikira kandi igikorwa co guhindura ibitabu bishingiye kuri Bibiliya mu ndimi 24.

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.