Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Nouvelle-Calédonie

236, rue Georges Lèques

Normandie

98800 NOUMEA

NOUVELLE-CALÉDONIE

+687 43-75-00

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Kuva isaha 2:00 gushika isaha 5:00 zo mu gitondo no kuva isaha 7:00 gushika isaha 10:00 zo ku muhingamo

Utemberezwa mu minuta 45

Ibintu nyamukuru bihakorerwa

Barahagarikira igikorwa c’Ivyabona vya Yehova muri Nouvelle-Calédonie no mu mazinga yitwa Wallis et Futuna. Barahindura ibitabu bishingiye kuri Bibiliya mu rurimi rwitwa drehu, mu rwitwa wallisian no mu zindi ndimi umunani zaho.

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.