Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Nijeriya

Km 51, Benin-Auchi Road

IGIEDUMA 301110

EDO STATE

NIJERIYA

+234 7080-662-020

+234 8039-003-790

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Kuva isaha 2:00 gushika isaha 5:00 zo mu gitondo no kuva isaha 7:00 gushika isaha 10:00 zo ku muhingamo

Utemberezwa mu masaha 2

Ibintu nyamukuru bihakorerwa

Buri mwaka baracapura imiliyoni 41 z’ibinyamakuru Umunara w’Inderetsi na Be maso! mu ndimi icenda. Bararungika ibitabu bishingiye kuri Bibiliya hirya no hino muri Nijeriya be no mu bindi bihugu bitanu vyo muri Afrika yo mu Burengero

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.