Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Mozambike

Rua da Micaia No. 160

Bairro Triunfo

Costa do Sol

MAPUTO

MOZAMBIKE

+258 21-450-500

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Kuva isaha 2:00 gushika isaha 5:00 zo mu gitondo no kuva isaha 7:00 gushika isaha 9:30 zo ku muhingamo

Utemberezwa mw’isaha 1

Ibintu nyamukuru bihakorerwa

Ishami ryo muri Mozambike rirahagarikira igikorwa co kwigisha Bibiliya c’Ivyabona vya Yehova 56.192 bo muri ico gihugu. Ibitabu bishingiye kuri Bibiliya birahindurwa mu ndimi 20 maze bikarungikirwa amashengero 1.175 ari hirya no hino muri ico gihugu. Umuntu ariko arahagendera arabwirwa muri make kahise k’igikorwa c’Ivyabona vya Yehova muri Mozambike.

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.