Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Megizike

Ave Jardin No. 10

Fraccionamiento El Tejocote

56265 TEXCOCO, MEX

MEGIZIKE

+52 555-133-3000

+52 555-858-0100

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Kuva isaha 2:00 gushika isaha 5:00 zo mu gitondo no kuva isaha 7:00 gushika isaha 10:00 zo ku muhingamo

Utemberezwa amasaha 2 n’igice

Ibintu nyamukuru bihakorerwa

Barahagarikira igikorwa co guhindura ibitabu bishingiye kuri Bibiliya mu ndimi 70 zo hirya no hino mu karere kuva muri Megizike gushika muri Panama. Baracapura ibitabu vyo mu ndimi zirenga 60 bakongera bakarungika ibitabu vyo mu ndimi zirenga 80 mu bihugu birenga 10.

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.