Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Madagaskari

Vavolombelon’i Jehovah

Lot 1207 MC

Mandrosoa

105 IVATO

MADAGASKARI

+261 2022-44837

+261 3302-44837 (Ngendanwa)

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Kuva isaha 1:30 gushika isaha 5:00 zo mu gitondo no kuva isaha 7:00 gushika isaha 10:00 zo ku muhingamo

Utemberezwa isaha 1

Ibintu nyamukuru bihakorerwa

Bahindura ibitabu bishingiye kuri Bibiliya mu kimalgashe, mu gitankarana, mu gitandroyi no mu rurimi rwitwa vezo. Baratunganya ivyo kwumviriza n’amavidewo mu kimalgashe. Barahagarikira igikorwa c’amashengero nka 600. Buri kwezi bararungika ibitabu n’udutabu birenga 270.000 be n’ibinyamakuru 600.000.

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.