Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Krowasiya

Štrokinec 28

HR-10090 ZAGREB-SUSEDGRAD

KROWASIYA

+385 1-37-95-001

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Kuva isaha 2:00 gushika isaha 5:00 zo mu gitondo no kuva isaha 7:00 gushika isaha 10:00 zo ku muhingamo

Utemberezwa mu masaha 2

Ibintu nyamukuru bihakorerwa

Barahagarikira ibikorwa vy’amashengero arenga 60 yo muri Krowasiya be n’ayashika 15 yo muri Bosnie-Herzégovine. Barahindura ibitabu mu kinyabosiniya, mu gikrowasiya be no mu rurimi rw’ibimenyetso rwo muri Krowasiya. Umuntu ariko arahatemberera arabwirwa ivya kahise k’Ivyabona vya Yehova bo mu cahoze ari Yugosilaviya, akabona n’iratiro ryerekana uruhara umuziki ufise mu gushemeza Yehova.

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.