Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Koreya

Sindumangok-ro 73, Gongdo-eup

Anseong-si, Gyeonggi-do, 17558

REPUBULIKA YA KOREYA

+82 31-690-0033

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Kuva isaha 2:00 gushika isaha 5:00 zo mu gitondo no kuva isaha 7:00 gushika isaha 10:00 zo ku muhingamo

Utemberezwa mu masaha 2

Ibintu nyamukuru bihakorerwa

Buri mwaka baracapura ibinyamakuru imiliyoni 18 mu ndimi 6 bakongera bakarungika amatoni 850 y’ibitabu n’ibinyamakuru. Barahindura ibitabu mu gikoreya no mu rurimi rw’ibimenyetso rw’Abanyakoreya. Baratunganya amavidewo mu rurimi rw’ibimenyetso rw’Abanyakoreya.

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.