Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Kongo (Kinshasa)

75, 13e Rue, Q. Industriel

LIMETE

KINSHASA

KONGO (Kinshasa)

+243 81-555-1000

+243 99-818-9791

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Kuva isaha 3:00 gushika isaha 4:30 zo mu gitondo no kuva isaha 7:30 gushika isaha 9:00 zo ku muhingamo

Utemberezwa mw’isaha imwe

Ibintu nyamukuru bihakorerwa

Barahindura ikinyamakuru Umunara w’Inderetsi mu ndimi 8, be n’ibindi bitabu mu zindi ndimi 30. Bararungika amatoni 1.800 y’ibitabu buri mwaka mu mashengero 3.642 ari hirya no hino muri Kongo (Kinshasa).

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.