Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Kiba

Ave. 15 #4608 e/ 46 y 48

PLAYA, LA HABANA

KIBA

+53 7 204 7598

+53 7 204 1026

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Kuva isaha 3:00 zo mu gitondo gushika isaha 5:00 zo mu gitondo no kuva isaha 8:00 gushika isaha 10:00 zo ku muhingamo

Utemberezwa mw’isaha imwe

Ibintu nyamukuru bihakorerwa

Barahindura ibitabu bishingiye kuri Bibiliya mu rurimi rw’ibimenyetso rwo muri Kiba. Barahagarikira igikorwa c’Ivyabona vya Yehova 96.487 bo muri Kiba.