Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Kenya

Elgeyo Marakwet Rd

Kilimani area near Adams Arcade

NAIROBI

KENYA

+254 205-141500

+254 722-209647

+254 734-209647

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Kuva isaha 2:00 gushika isaha 5:00 zo mu gitondo no kuva isaha 7:00 gushika isaha 10:00 zo ku muhingamo

Utemberezwa mw’isaha n’igice

Ibintu nyamukuru bihakorerwa

Barahagarikira igikorwa co guhindura ibitabu bishingiye kuri Bibiliya mu ndimi cumi zitandukanye, harimwo n’ururimi rw’ibimenyetso rw’Abanyakenya. Baratunganya ivyo kwumviriza n’amavidewo mu ndimi zaho. Barashigikira igikorwa c’Ivyabona vya Yehova mu bihugu bibanyi bitari bike.

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.