Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Kanada

13893 Highway 7

GEORGETOWN, ON L7G 4S4

KANADA

+1 905-873-4100

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Kuva isaha 2:00 gushika isaha 5:00 zo mu gitondo no kuva isaha 7:00 gushika isaha 9:00 zo ku muhingamo

Utemberezwa mu masaha 2

Ibintu bikurubikuru bihakorerwa

Baracapura ibinyamakuru birenga imiliyoni 255 buri mwaka. Bararungika itoni 6.000 zirenga z’ibitabu buri mwaka biri mu ndimi nka 300.

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.