Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Kamerune

Les Témoins de Jéhovah du Cameroun

Ancienne Route SONEL

Bonamikano, Bonabéri,

DOUALA

KAMERUNE

+237 243-82-18-30

+237 243-82-18-34

+237 699-99-55-02

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Kuva isaha 8:00 gushika isaha 10:30 z’umuhingamo

Utemberezwa mu minuta 30

Ibintu bikurubikuru bihakorerwa

Barahagarikira igikorwa c’ivyabona vya Yehova barenga 40.000 bo muri Kamerune, Gabon na Guinée Équatoriale. Bararungikira ibitabu ibihugu bitanu vyo muri Afrika.

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.