Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Jeworojiya

Aerodromis Dasahleba 13th Street, No. 10

BILISI, 0182

JEWOROJIYA

+995 32-276-23-59

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Kuva isaha 2:30 gushika isaha 4:30 zo mu gitondo no kuva isaha 7:30 gushika isaha 9:30 zo ku muhingamo

Utemberezwa mu minuta 30

Ibintu nyamukuru bihakorerwa

Barahindura ibitabu bishingiye kuri Bibiliya muri izi ndimi: azerbaïdjanais, kurde (mu ndome z’igisirilike), no mu kijeworojiya. Baratunganya ivyo kwumviriza n’amavidewo muri izo ndimi.

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.