Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Israyeli

Watchtower Association of Israel, RA

Shefer Street 23

6516604 TEL AVIV

ISRAYELI

+972 3-5164039

Gutemberezwa

Kuva ku wa mungu gushika ku wa kane

Kuva isaha 2:00 zo mu gitondo gushika isaha 5:00 z’umutaga no kuva isaha 7:00 gushika isaha 11:00 zo ku mugoroba

Utemberezwa mu minuta 45 canke mw’isaha imwe

Ibintu nyamukuru bihakorerwa

Barahindura ibitabu bishingiye kuri Bibiliya mu giheburayo no mu rurimi rw’ibimenyetso rwo muri Israyeli. Barashigikira n’amashengero yo muri ico gihugu.

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.