Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Hongiriya

BUDAPEST

Kövirózsa u. 1.

H-1163

HONGIRIYA

+361 401-1100

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Isaha 4:00 zo mu gitondo n’isaha 9:00 zo ku muhingamo

Utemberezwa mw’isaha n’iminuta 15

Ibintu nyamukuru bihakorerwa

Barahagarikira igikorwa c’amashengero 297 ari muri Hongiriya, bakongera bagashigikira amashengero akoresha igihongiriya ari muri Slovakiya no muri Ukraine. Barahindura ibitabu bishingiye kuri Bibiliya mu gihongiriya no mu rurimi rwitwa lovári. Baratunganya ivyo kwumviriza mu gihongiriya be n’amavidewo ari mu rurimi rw’ibimenyetso rw’Abanyahongiriya.

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.