Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Hong Kong

Watch Tower Bible and Tract Society

22/F, 1 Hung To Road,

Kwun Tong,

KOWLOON, HONG KONG

+852 3950-3500

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Kuva isaha 2:15 gushika isaha 5:00 zo mu gitondo no kuva isaha 7:00 gushika isaha 10:00 zo ku muhingamo

Utemberezwa mu minuta 45

Ibintu nyamukuru bihakorerwa

Ihagarikiye igikorwa co kwigisha Bibiliya kirangurwa n’Ivyabona vya Yehova muri Hong Kong no muri Macao. Baratunganya amavidewo ari mu rurimi rw’ibimenyetso rwo muri Hong Kong.

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.