Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Gana

Nungua Police Checkpoint

Hse. No. J 348/4

Tema Beach Road

Nungua

ACCRA

GANA

+233 30-701-0110

+233 30-2712-456

+233 30-2712-457

+233 30-2712-458

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Kuva isaha 2:00 zo gushika isaha 5:00 zo mu gitondo no kuva isaha 7:00 gushika isaha 10:00 zo ku muhingamo

Utemberezwa mw’isaha 1

Ibintu nyamukuru bihakorerwa

Barahindura ibitabu bishingiye kuri Bibiliya muri izi ndimi: twi, éwé, ga, dangme, nzema, frafra, na dagari. Baratunganya ivyo kwumviriza n’amavidewo mu ndimi: twi, éwé, na ga. Tugize incahagati, buri mwaka bubaka Ingoro z’Ubwami 60, kandi bararungika amatoni ibihumbi y’ibitabu hirya no hino muri Gana.

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.