Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Finlande

Puutarhatie 60

FI-01300 VANTAA

FINLANDE

+358 9-825-885

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Isaha 3:00 n’isaha 4:30 zo mu gitondo, isaha 7:00 n’isaha 9:00 zo ku muhingamo

Utemberezwa mw’isaha 1

Ibintu nyamukuru bihakorerwa

Buri mwaka baracapura imiliyoni 30 z’ibinyamakuru, udutabu n’udupapuro tw’inkuru nziza mu ndimi zirenga 100. Buri mwaka bararungika amatoni 127 y’ibitabu n’ibindi bikoresho mu Burusiya, muri Estoniya, muri Letoniya no muri Lituwaniya.

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.