Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Filipine

186 Roosevelt Ave

San Francisco del Monte

1105 QUEZON CITY

FILIPINE

+63 2-224-4444

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Kuva isaha 2:00 gushika isaha 5:00 zo mu gitondo no kuva isaha 7:00 gushika isaha 10:00 zo ku muhingamo

Utemberezwa mw’isaha n’igice

Ibintu nyamukuru bihakorerwa

Barahindura ikinyamakuru Umunara w’Inderetsi mu ndimi umunani zo mu ndimi nyamukuru zivugwa muri Filipine. Baratunganya ivyo kwumviriza n’amavidewo mu ndimi cumi. Bararungikira ibitabu amashengero 3.246.

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.