Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Fiji

19 St. Fort Street

SUVA

FIJI

+679 330-4766

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Kuva isaha 2:00 gushika isaha 5:00 zo mu gitondo no kuva isaha 7:00 gushika isaha 10:00 zo ku muhingamo

Utemberezwa mw’isaha 1

Ibintu nyamukuru bihakorerwa

Barahagarikira igikorwa c’Ivyabona vya Yehova muri Fiji, Kiribati, Nauru, Tuvalu no muri Vanuatu. Barahindura ibitabu bishingiye kuri Bibiliya muri izi ndimi: bislama, fidjien, kiribati, naura, rotumien na tuvalu.

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.