Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Etiyopiya

Jehovah’s Witnesses, Yeka sub-city, Wereda 12;

House 161 on Kotebe Road; 1 km past

Kotebe College for Teachers Education

ADDIS ABABA

ETIYOPIYA

 +251 11-660 3611

+251 91-121-3489 (Ngendanwa)

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Kuva isaha 2:00 gushika isaha 5:00 zo mu gitondo no kuva isaha 7:20 gushika isaha 10:00 zo ku muhingamo

Utemberezwa mw’isaha 1

Ibintu nyamukuru bihakorerwa

Barahindura ibitabu bishingiye kuri Bibiliya mu ndimi zitanu nyamukuru zo muri Etiyopiya. Barahagarikira igikorwa co kwigisha kirangurirwa muri ako karere be n’igikorwa co kwubaka Ingoro z’Ubwami.

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.