Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Espanye

Testigos Cristianos de Jehová

Ctra. M-108 Torrejón-Ajalvir, km. 5

28864 AJALVIR (MADRID)

ESPANYE

+34 918-879-700

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Kuva isaha 2:30 zo mu gitondo gushika isaha 5:00 zo mu gitondo no kuva isaha 8:30 gushika isaha 10:00 zo ku muhingamo

Utemberezwa mw’isaha 1 n’igice

Ibintu nyamukuru bihakorerwa

Ivyo biro vy’ishami ni vyo bihagarikira igikorwa co kwamamaza muri Espanye, Andorre no muri Gibraltar. Birahagarikira kandi igikorwa co guhindura ibitabu bishingiye kuri Bibiliya mu rurimi rwitwa basque, catalan, galicien, valencien, igisupanyoli no mu rurimi rw’ibimenyetso rwo muri Espanye. Uwuhagendeye arabwirwa mu ncamake kahise k’Ivyabona vya Yehova muri Espanye.

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.