Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Endoneziya

Saksi-Saksi Yehuwa Endoneziya

Central Park APL Office Tower, Floor 31

Jl. S. Parman Kav. 28

Jakarta 11470

ENDONEZIYA

+62-21-2986-0800

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Kuva isaha 4:30 gushika isaha 5:00 zo mu gitondo no kuva isaha 7:30 gushika isaha 10:00 zo ku muhingamo

Utemberezwa mw’isaha

Ibintu nyamukuru bihakorerwa

Barahindura ibitabu bishingiye kuri Bibiliya mu kinyendoneziya no mu ndimi nka 25 zivugwa muri ico gihugu. Baratwara ibitabu mu tuzinga two muri Endoneziya.

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.