Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Danemarke

Stenhusvej 28

DK-4300 HOLBAEK

DANEMARKE

+45 59-45-60-00

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Isaha 3:00 zo mu gitondo, isaha 4:30 zo mu gitondo, isaha 7:30 zo ku muhingamo n’isaha 9:00 zo ku muhingamo

Utemberezwa mw’isaha 1

Ibintu nyamukuru bihakorerwa

Barahindura ibitabu mu kidanemarke. Barahagarikira igikorwa co guhindura ibitabu gikorerwa mu mazinga ya Féroé, Groenland na Islande.

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.