Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Curaçao

Seroe Loraweg 142A

WILLEMSTAD

CURAÇAO

+599 9-461-7528

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Kuva isaha 2:00 gushika isaha 5:00 zo mu gitondo no kuva isaha 7:15 gushika isaha 10:00 zo ku muhingamo

Utemberezwa mw’isaha 1

Ibintu nyamukuru bihakorerwa

Barahagarikira igikorwa c’Ivyabona vya Yehova mu mazinga ya Aruba, Bonaire na Curaçao. Barahindura ibitabu bishingiye kuri Bibiliya mu bwoko bubiri bw’ururimi rwaho rwitwa papiamento.

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.