Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Centrafrique

58 rue du Stade Boganda

BANGUI

CENTRAFRIQUE

+236 21-61-20-70

+236 21-61-89-25

+236 70-11-08-00

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Kuva isaha 2:00 zo mu gitondo gushika isaha 11:00 zo ku mugoroba

Utemberezwa mw’isaha imwe

Ibintu nyamukuru bihakorerwa

Barahagarikira igikorwa co kwigisha c’Ivyabona vya Yehova be n’igikorwa co kwubaka Ingoro z’Ubwami muri Centrafrique no muri Tchad. Barahindura ibitabu bishingiye kuri Bibiliya mu gisango no mu zindi ndimi indwi.

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.