Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Boliviya

5350 Estrella Street, corner of Sol Street

(Alemania Avenue between 5th and 6th Rings)

SANTA CRUZ

BOLIVIYIA

+591 3-342-3442

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Kuva isaha 2:00 gushika isaha 5:00 zo mu gitondo no kuva isaha 7:00 gushika isaha 10:00 zo ku muhingamo

Utemberezwa mu minuta 45

Ibintu bikurubikuru bihakorerwa

Barahindura ibitabu bishingiye kuri Bibiliya mu rurimi rw’ibimenyetso rw’Abanyaboliviya, no mu ndimi zikurikira: quechua (Boliviya), aymara.

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.