Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Birmaniya

94-B Inya Rd

YANGON

BIRMANIYA

+95 1-2305692

+95 1-2305693

+95 1-512699

+95 1-511035

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Kuva isaha 1:30 gushika isaha 5:00 zo mu gitondo no kuva isaha 7:00 gushika isaha 9:00 zo ku muhingamo

Utemberezwa mw’isaha 1

Ibintu nyamukuru bihakorerwa

Barahindura ibitabu bishingiye kuri Bibiliya mu kibirmaniya, mu rurimi rwitwa chin (Hakha), mu rwitwa kachin, mu rwitwa karen (S’gaw), mu rwitwa mizo, no mu zindi ndimi 10.

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.