Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Bilgariya

Boulevard Tsar Boris III 227

1618 SOFIA-PAVLOVO

BILGARIYA

+359 2-9559-590

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Kuva isaha 2:00 gushika isaha 5:00 zo mu gitondo no kuva isaha 7:00 gushika isaha 10:00 zo ku muhingamo

Utemberezwa mw’isaha 1

Ibintu nyamukuru bihakorerwa

Barahagarikira igikorwa gikorerwa mu mashengero n’imigwi bishika kuri 60 vyo muri Bilgariya. Barahindura ibitabu bishingiye kuri Bibiliya mu kinyabilgariya, mu rurimi rw’ibimenyetso rw’Abanyabilgariya no mu kiromani.

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.