Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Bénin

ARTJB (Association religieuse des Témoins de Jéhovah du Bénin)

Route Inter-Etat Cotonou-Parakou

AB-CALAVI

BÉNIN

+229 97-97-00-60

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Kuva isaha 2:00 gushika isaha 4:45 zo mu gitondo no kuva isaha 7:00 gushika isaha 9:45 zo ku muhingamo.

Utemberezwa mu minuta 45

Ibintu nyamukuru bihakorerwa

Barahindura ibitabu bishingiye kuri Bibiliya mu rurimi rwitwa Bariba, mu rwitwa Fon, mu rwitwa Gun, mu rwitwa Jula, mu rwitwa Kabiye, mu rwitwa Moore, no mu rwitwa Zarma. Bararungikira ibitabu amashengero n’imigwi birenga 500 vyo muri Bénin, Burkina Faso, Nijeri na Togo.

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.