Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Arjantine

Av. Elcano 3820 PB Chacarita

C1427BVV CDAD. AUT. DE BUENOS AIRES

ARJANTINE

+54 11-3220-5900

GPS Coordinates: -34.581015, -58.460560

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Kuva isaha 2:30 gushika isaha 4:30 zo mu gitondo no kuva isaha 7:30 gushika isaha 9:30 zo ku muhingamo. Gutemberezwa kuba isaha iyo ari yo yose.

Utemberezwa mw’isaha n’igice

Ibintu nyamukuru bihakorerwa

Ihagarikiye igikorwa c’Ivyabona vya Yehova muri Arjantine no muri Uruguay. Bahindura ibitabu bishingiye kuri Bibiliya mu rurimi rw’ibimenyetso rw’Abanyarjantine, mu rurimi rw’ibimenyetso rwo muri Uruguay, mu rurimi rwitwa Romany (rwo muri Arjantine) no mu zindi ndimi zine kavukire ari zo Pilagá, Quichua (Santiago del Estero), Toba na Wichi.

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.