Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Angola

Avenida Talatona

LUANDA

ANGOLA

+244 923-166-760

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Kuva isaha 2:00 gushika isaha 5:00 zo mu gitondo no kuva isaha 7:00 gushika isaha 10:00 zo ku muhingamo

Utemberezwa mu minuta 45

Ibintu nyamukuru bihakorerwa

Barahagarikira igikorwa co guhindura ibitabu bishingiye kuri Bibiliya mu ndimi umunani, harimwo n’ururimi rw’ibimenyetso rwo muri Angola. Barahagarikira kandi igikorwa co kwubaka Ingoro z’Ubwami, bakarungikira n’ibitabu amashengero y’Ivyabona vya Yehova yo muri Angola arenga 1.600.

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.