Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Albaniya

Autostrada Tiranë – Durrës, Km 1

Mëzez

TIRANË

ALBANIYA

+355 42-407-255

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Kuva isaha 2:00 gushika isaha 5:00 zo mu gitondo no kuva isaha 7:00 gushika isaha 10:00 zo ku muhingamo

Utemberezwa mw’isaha 1

Ibintu nyamukuru bihakorerwa

Barahindura ibitabu bishingiye kuri Bibiliya mu kinyalbaniya no mu rurimi rw’ibimenyetso rw’Abanyalbaniya. Bararungikira ibitabu biri mu ndimi nyinshi amashengero yo muri Albaniya no muri Kosovo.

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.