Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Afrika y’Epfo

1 Robert Broom Drive East

Rangeview

KRUGERSDORP

1739

AFRIKA Y’EPFO

+27 11-761-1000

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Kuva isaha 1:45 gushika isaha 5:00 zo mu gitondo no kuva isaha 7:00 gushika isaha 10:00 zo ku muhingamo

Utemberezwa mu masaha 2

Ibintu nyamukuru bihakorerwa

Baracapura ibitabu, ibinyamakuru, udutabu n’udupapuro tw’inkuru nziza mu ndimi zirenga 130 bakongera bakabirungikira amashengero arenga 15.000 yo mu bihugu 20. Barahindura ibitabu bishingiye kuri Bibiliya mu ndimi 23. Barashigikira igikorwa co kwubaka Ingoro z’Ubwami mu bihugu 42.

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.