Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Équateur

Sociedad de Estudiantes de la Biblia - Testigos de Jehová

Kilometer 23,5 via a la Costa (600 meters before the tollbooth)

GUAYAQUIL

ÉQUATEUR

+593 4-273-8015

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Kuva isaha 2:00 gushika isaha 5:00 zo mu gitondo no kuva isaha 7:00 gushika isaha 10:00 zo ku muhingamo

Utemberezwa mw’isaha n’igice

Ibintu nyamukuru bihakorerwa

Barahagarikira igikorwa c’amashengero arenga 900. Barahindura ibitabu bishingiye kuri Bibiliya mu gikecuwa no mu zindi ndimi zikomoka ku gikecuwa, mu rurimi rw’ibimenyetso rwo muri Équateur, no mu rurimi rwitwa shuar.

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.