Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

MU VY’UKURI BIBILIYA YIGISHA IKI? (IVYOGUFASHA KWIGA)

BIBILIYA YIGISHA IKI?

Abapfuye bari hehe? (Igice ca  2)

Aya mayagwa ashingiye ku kigabane ca 6 c’igitabu Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki?

Ni kubera iki umuntu wa mbere Adamu yapfuye? Urupfu rwoba ruri mu mugambi Imana idufitiye? Raba inyishu Bibiliya itanga.

 

Raba vyose

IBINDI BIJANYE

Uburyo bwo gusenga bushimwa n’Imana (Igice ca 1)

Imana yoba yemera amadini yose? Nimba itayemera yose, womenya gute idini ry’ukuri? Nusuzume ivyo Bibiliya yigisha uce usuzuma n’ivyo wemera.

Ukuntu wogira agahimbare mu rugo (Igice ca 2)

Abavyeyi n’abana bashobora gute kwigana akarorero ka Yezu? Nusuzume ivyo wemera be n’ico Bibiliya ivuga.

Ukuntu wogira agahimbare mu rugo (Igice ca 1)

Ni igiki gituma mu rugo harangwa agahimbare? Suzuma ivyo wemera, usuzume ivyo Bibiliya yigisha wongere usigurire abandi ivyo wemera ukoresheje uwu mwimenyerezo.