Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki? (Ivyogufasha kwiga)

Nuvome aya mayagwa yo kwiga maze uyakoreshe mu kwiga igitabu Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki? Nusuzume ivyo wemera n’ivyo Bibiliya yigisha urabe n’ingene wosigurira abandi ivyo wemera.

 

IKIGABANE CA 1

Ukuri kwerekeye Imana ni ukuhe? (Igice ca 1)

Wokwishura gute hagize uwuvuga ngo “Ingorane zishikira abantu babi ni igihano c’Imana”?

IKIGABANE CA 1

Ukuri kwerekeye Imana ni ukuhe? (Igice ca 2)

Vyoba bishoboka vy’ukuri ko uba umugenzi w’Imana?

IKIGABANE CA 2

Bibiliya ni igitabu kiva ku Mana (Igice ca 1)

None ko abantu ari bo banditse Bibiliya, bishoboka gute ngo ibe ‘igitabu kiva ku Mana’?

IKIGABANE CA 2

Bibiliya ni igitabu kiva ku Mana (Igice ca 2)

Hariho umuce uhambaye ukura amazinda kuruta iyindi yose ko Bibiliya iva ku Mana.

IKIGABANE CA 3

Ni umugambi uwuhe Imana ifitiye isi? (Igice ca 1)

Imana yoba yari yarateguye ko ibintu bimera nk’uko biri ubu?

IKIGABANE CA 3

Ni umugambi uwuhe Imana ifitiye isi? (Igice ca 2)

Nimba Imana ifise umugambi w’uko isi iba Iparadizo, kubera iki none ubu isi itari Iparadizo?

IKIGABANE CA 3

Ni umugambi uwuhe Imana ifitiye isi? (Igice ca 3)

Imana yoba yiteze ko abantu bazotorera umuti ingorane ziri kw’isi?

IKIGABANE CA 4

Yezu Kristu ni nde? (Igice ca 1)

Wokwishura gute umuntu avuze ko Yezu yari umuntu ameze neza gusa?

IKIGABANE CA 4

Yezu Kristu ni nde? (Igice ca 2)

Wobwira iki umuntu avuze ko Yezu angana n’Imana?

IKIGABANE CA 4

Yezu Kristu ni nde? (Igice ca 3)

Yagaragaje gute ububasha n’ukwengenga?

IKIGABANE CA 5

Incungu ni ingabirano ihambaye kuruta izindi Imana yatanze (Igice ca 1)

Vyoba bishoboka ko tuba ababereye kurokorwa biciye ku bikorwa biranga ukwizera?

IKIGABANE CA 5

Incungu ni ingabirano ihambaye kuruta izindi Imana yatanze (Igice ca 2)

Ni gute urupfu rw’umuntu haciye imyaka ibihumbi apfuye rushobora kugira ico rukoze ku buzima bwawe ubu?

IKIGABANE CA 6

Abapfuye bari hehe? (Igice ca 1)

Boba bari mu kandi karere? Boba bariko baraturirirwa mu muriro udahera?

IKIGABANE CA 6

Abapfuye bari hehe? (Igice ca  2)

Urupfu rwoba ruri mu bintu bitegerezwa kudushikira mu buzima?

IKIGABANE CA 7

Icizigiro nyakuri ku bawe bapfuye (Igice ca 1)

Igihe umuntu atuntuye, ntibisigura ko atizera izuka?

IKIGABANE CA 7

Icizigiro nyakuri ku bawe bapfuye (Igice ca 2)

Wokwishura gute umuntu avuze ko kwemera ko hazoba izuka ari indoto nsa?

IKIGABANE CA 8

Ubwami bw’Imana ni iki? (Igice ca 1)

Kubera iki abami bazoganza mw’ijuru Imana yorinda kubatora mu bantu kandi ifise abamarayika benshi cane b’abizigirwa yobatoramwo?

IKIGABANE CA 8

Ubwami bw’Imana ni iki? (Igice ca 2)

Ni ibiki bumaze gukora? Ni ibiki buzokora muri kazoza?

IKIGABANE CA 9

Twoba turi mu “misi ya nyuma”? (Igice ca 1)

Hari abo bigora kwemera ko turi mu misi ya nyuma. Ni ibiki bituma wemera ko turiko turegereza iherezo ry’iyi si?

IKIGABANE CA 9

Twoba turi “mu misi ya nyuma”? (Igice ca 2)

Hari ibintu vyiza Bibiliya ivuga ku bijanye n’imisi ya nyuma.

IKIGABANE CA 10

Ukuntu abamarayika bagira ico bakoze kuri twebwe (Igice ca 1)

Abamarayika boba babaho? Hoba hariho abamarayika babi? Raba inyishu muri iki kiganiro.

IKIGABANE CA 10

Ukuntu abamarayika bagira ico bakoze kuri twebwe (Igice ca 2)

Kugerageza kuvugana n’imizimu hoba hari ico bitwaye?

IKIGABANE CA 11

Ni kubera iki Imana ireka abantu bagashikirwa n’imibabaro? (Igice ca 1)

Ko Imana ari Mushoboravyose, none si yo yobazwa ibintu bibi vyose bidushikira?

IKIGABANE CA 11

Kubera iki Imana ireka hakaba imibabaro? (Igice ca 2)

Bibiliya iratanga inyishu itomoye kandi ikora ku mutima kuri ico kibazo gitesha umutwe.

IKIGABANE CA 12

Tubeho mu buryo buhimbara Imana (Igice ca 1)

Woba ushobora kuba umugenzi w’Imana? Nusuzume ivyo wemera n’igituma uvyemera, wongere usuzume ivyo Bibiliya yigisha.

IKIGABANE CA 12

Tubeho mu buryo buhimbara Imana (Igice ca 2)

Twoba twohimbara Imana naho Shetani yoba ariko araduteza ingorane?

IKIGABANE CA 12

Tubeho mu buryo buhimbara Imana (Igice ca 3)

Kubaho wisunga impanuro zo muri Bibiliya bisaba akigoro. Ako kigoro koba gakenewe?

IKIGABANE CA 13

Nubone ubuzima nk’uko Imana ibubona (Igice ca 1)

Ubuzima ni ingabire iva ku Mana. Twokwerekana gute ko twubaha ubuzima bwacu n’ubw’abandi?

IKIGABANE CA 13

Nubone ubuzima nk’uko Imana ibubona (Igice ca 2)

Uretse ko iki kiganiro kigufasha gusuzuma ivyo wemera ku bijanye no guterwa amaraso be n’uburyo bwo kuyakoresha, kiragufasha no kumenya uko wobisigurira abandi.

IKIGABANE CA 14

Ukuntu wogira agahimbare mu rugo (Igice ca 1)

Ni igiki gituma mu rugo harangwa agahimbare? Suzuma ivyo wemera, usuzume ivyo Bibiliya yigisha wongere usigurire abandi ivyo wemera ukoresheje uwu mwimenyerezo.

IKIGABANE CA 14

Ukuntu wogira agahimbare mu rugo (Igice ca 2)

Abavyeyi n’abana bashobora gute kwigana akarorero ka Yezu? Nusuzume ivyo wemera be n’ico Bibiliya ivuga.