Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Icofasha abubatse be n’abavyeyi

“Twotsinda gute urugamba rwo mu mwaka wa mbere w’umubano wacu?” “Ibiyago vyacu vyama bica bivamwo ugushwana—twokora iki ngo ivyo bihere?” “Noshobora gute kuyaga n’abana banje ivyerekeye igitsina?” Bisa n’aho ibibazo abubatse bagira ari vyinshi nk’uko n’aho baronderera impanuro ari henshi.

Waba wakuriye he canke wisunga imico kama iyihe, uzobona ko Bibiliya itanga impanuro zituma urugo rwawe rurushiriza kumera neza kandi zigufasha kurera abana bawe.

Abubatse

Abavyeyi