Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

BANDES DESSINÉES ZIGANA INKURU ZO MURI BIBILIYA

BANDES DESSINÉES ZIGANA INKURU ZO MURI BIBILIYA

Imana irungika Musa mu Misiri

Nurabe ingene Yehova Imana yerekanye ko akomeye kuruta ya ntagondwa Farawo yo mu Misiri. Nimusome bande dessinée yigana inkuru yo muri Bibiliya kuri internet canke ku vyo mwacapuye biri mu mero ya PDF.

Raba vyose

IBINDI BIJANYE

Adamu na Eva barabaye abikunzi

Ingingo mbi bafashe yavuyemwo iki?

Dawidi ntiyagize ubwoba

Kubera iki Dawidi yizigira ko ashobora kunesha Goliyati? Kubera iki udakwiye gutinya gukora ivyiza?

Samweli ahitamwo gukorera Yehova

Samweli yarabonye abantu bafise ubukuru bakora ibintu bibi. Ni igiki none catumye ahitamwo gukorera Yehova, n’igihe nyene abandi bari bahisemwo gukora ibibi?