Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

BANDES DESSINÉES ZIGANA INKURU ZO MURI BIBILIYA

BANDES DESSINÉES ZIGANA INKURU ZO MURI BIBILIYA

Dawidi ntiyagize ubwoba

Kubera ko agahungu kitwa Dawidi kizigiye Yehova, karanesheje ikigabo gikomeye cane. Nusomere iyi bande dessinée kuri internet canke ku vyo wacapuye.

Raba vyose

IBINDI BIJANYE

Adamu na Eva barabaye abikunzi

Ingingo mbi bafashe yavuyemwo iki?

Samweli ahitamwo gukorera Yehova

Samweli yarabonye abantu bafise ubukuru bakora ibintu bibi. Ni igiki none catumye ahitamwo gukorera Yehova, n’igihe nyene abandi bari bahisemwo gukora ibibi?

Impwemu nyeranda yarahaye inguvu Samusoni

Igihe Samusoni yari umucamanza wa Isirayeli yarakoze ibintu bikomeye. Impwemu ya Yehova yamufashije gute? Woronka gute impwemu nyeranda?