Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

BANDES DESSINÉES ZIGANA INKURU ZO MURI BIBILIYA

BANDES DESSINÉES ZIGANA INKURU ZO MURI BIBILIYA

Adamu na Eva barabaye abikunzi

Niwige ivyerekeye Adamu na Eva, abafashe ingingo iranga ubwikunzi yakwegeye abantu bose muri kino gihe. Nusomere iyi bande dessinée kuri internet canke ku vyo wacapuye.

Raba vyose

IBINDI BIJANYE

Yehova aha ubwenge Salomo

Salomo yari afise ubwenge bwinshi kuruta abandi bami bose bo kw’isi. None ubwo bwenge yaburonse gute? Kandi ni amakosa ayahe yahavuye akora?

Aburahamu aba umugenzi w’Imana

Imana yise Aburahamu umugenzi wayo. Dushobora gute kuba abagenzi b’Imana?

Nowa yarizera Imana

Imana yabwiye Nowa kwubaka ubwato kugira umuryango wiwe ntuhitanwe n’umwuzure. Inkuru yerekeye umwuzure wo mu gihe ca Nowa itwigisha iki mu bijanye n’ukwizera Imana?