Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UDUKARATA TW’ABAVUGWA MURI BIBILIYA

UDUKARATA TW’ABAVUGWA MURI BIBILIYA

Umwami Sauli

Nimuvome aka gakarata k’uwuvugwa muri Bibiliya maze mwige ibijanye na Sauli. Mu ntango, yari umuntu yicisha bugufi ariko mu nyuma yarabaye umwami yishima. Gacapure, ugakate, ukazingemwo kubiri hama ukabike.

Raba vyose

IBINDI BIJANYE

Hana

Imana yarishuye isengesho ryiwe ridomako.

Manowa

Yari se w’umuntu umwe yari akomeye kuruta ababayeho bose.

Gideyoni

Mu ntango yaratinyatinya, ariko mu nyuma yaragize umutima rugabo.